1 Samweli 12:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yehova ntazobata mwebwe abantu biwe+ kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abiwe+. Yeremiya 31:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ibi ni vyo Yehova avuze: «“Nimba ijuru iyo riri hejuru ryoshobora gupimwa, n’imishinge y’isi hasi igasuzumwa, nanje rero noshobora guta uruvyaro rwa Isirayeli rwose kubera ivyo bakoze vyose”, ni ko Yehova avuze+.»
22 Yehova ntazobata mwebwe abantu biwe+ kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abiwe+.
37 Ibi ni vyo Yehova avuze: «“Nimba ijuru iyo riri hejuru ryoshobora gupimwa, n’imishinge y’isi hasi igasuzumwa, nanje rero noshobora guta uruvyaro rwa Isirayeli rwose kubera ivyo bakoze vyose”, ni ko Yehova avuze+.»