2 Samweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+ ba bahungu batatu ba Zeruwiya+, ni ho bari. Asaheli mu kwiruka yanyaruka nk’ingeregere mu gahinga. 1 Ngoma 2:15, 16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 uwa gatandatu Ozemu, uw’indwi Dawidi+. 16 Bashiki babo bari Zeruwiya na Abigayili+. Abahungu ba Zeruwiya bari batatu: Abishayi+, Yowabu+ na Asaheli+.
18 Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+ ba bahungu batatu ba Zeruwiya+, ni ho bari. Asaheli mu kwiruka yanyaruka nk’ingeregere mu gahinga.
15 uwa gatandatu Ozemu, uw’indwi Dawidi+. 16 Bashiki babo bari Zeruwiya na Abigayili+. Abahungu ba Zeruwiya bari batatu: Abishayi+, Yowabu+ na Asaheli+.