ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Dawidi avyumvise, arungika Yowabu n’ingabo zose, ari kumwe n’abarwanyi b’intwari kurusha abandi+.

  • 2 Samweli 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Igihe Yowabu+ umukuru w’ingabo yari kumwe n’umwami, umwami amubwira ati: «Ndagusavye uce mu miryango yose ya Isirayeli, kuva i Dani gushika i Beri-Sheba+, muharure abantu* kugira menye igitigiri cabo.»

  • 1 Abami 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Igihe Dawidi yatsinda Abanyedomu+, Yowabu umukuru w’ingabo yagiye guhamba abaguye ku rugamba, atangura kwica uw’igitsina-gabo wese muri Edomu.

  • 1 Ngoma 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Dawidi yari yabwiye ingabo ziwe ati: «Uwo wese azotangura gutera Abayebusi, azoca aba umukuru n’umutware.» Maze Yowabu+ mwene Zeruwiya aba ari we atangura kubatera, aca aba umukuru.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika