1 Samweli 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nuko Sawuli agira Dawidi umukuru w’abasoda 1.000 kugira ntamugume iruhande. Dawidi yama ayobora ingabo ku rugamba*+. 1 Samweli 25:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ndakwinginze uharire igicumuro c’umusukukazi wawe. Yehova ntazobura gutuma uruvyaro rwa databuja ruramba+, kubera yuko urwana intambara za Yehova+ kandi akaba ata kibi urigera ukora+.
13 Nuko Sawuli agira Dawidi umukuru w’abasoda 1.000 kugira ntamugume iruhande. Dawidi yama ayobora ingabo ku rugamba*+.
28 Ndakwinginze uharire igicumuro c’umusukukazi wawe. Yehova ntazobura gutuma uruvyaro rwa databuja ruramba+, kubera yuko urwana intambara za Yehova+ kandi akaba ata kibi urigera ukora+.