-
1 Samweli 13:13, 14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Samweli aca abwira Sawuli ati: «Wakoze ivy’ubupfu. Ntiwagamburutse ibwirizwa Yehova Imana yawe yaguhaye+. Iyo ugamburuka, Yehova yokomeje ubwami bwawe muri Isirayeli, bukagumaho ibihe vyose. 14 Ubu rero ubwami bwawe ntibuzoramba+. Yehova azorondera umuntu ahimbara umutima wiwe+. Yehova azomugira indongozi y’abantu biwe+ kuko utagamburutse ivyo Yehova yagutegetse+.»
-