Zaburi 51:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ewe Mana, Mana y’ubukiriro bwanje+, nunkize ukwagirwa n’amaraso+,kugira ntangaze ubugororotsi bwawe+ nezerewe. Imigani 3:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ntiwiyumvire kugirira nabi mugenzawe+,kandi yibaniye amahoro nawe.
14 Ewe Mana, Mana y’ubukiriro bwanje+, nunkize ukwagirwa n’amaraso+,kugira ntangaze ubugororotsi bwawe+ nezerewe.