Abalewi 26:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 ibi ni vyo nanje nzoca ndabagirira: nzotuma mwicwa n’amaganya, ndabateze igituntu n’inyonko ikaze, bitume amaso yanyu aregera, musigare ata tuguvu mufise. Muzoteragira ntimwimbure kuko bizoribwa n’abansi banyu+. 2 Abami 6:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Maze hatera inzara ikomeye+ i Samariya. Abasiriya baguma bahugarije gushika n’aho umutwe w’indogobwa+ usigara ugurwa ifeza 80, amase y’inuma na yo angana n’ica kane c’ingero ya kabu* akagurwa ifeza 5.
16 ibi ni vyo nanje nzoca ndabagirira: nzotuma mwicwa n’amaganya, ndabateze igituntu n’inyonko ikaze, bitume amaso yanyu aregera, musigare ata tuguvu mufise. Muzoteragira ntimwimbure kuko bizoribwa n’abansi banyu+.
25 Maze hatera inzara ikomeye+ i Samariya. Abasiriya baguma bahugarije gushika n’aho umutwe w’indogobwa+ usigara ugurwa ifeza 80, amase y’inuma na yo angana n’ica kane c’ingero ya kabu* akagurwa ifeza 5.