ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose+, n’inkomezi* zawe zose+.

  • 2 Abami 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 «Ndagusavye Yehova, ni ukuri ndakwinginze, wibuke ingene nagukoreye* ntahemuka kandi n’umutima wanje wose, nkakora ivyo ubona ko ari vyiza+.» Maze Hezekiya atangura kurira cane.

  • 2 Abami 23:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Umwami ahagarara iruhande y’inkingi, asezeranira* imbere ya Yehova+ yuko azogamburukira Yehova, akubahiriza amabwirizwa yiwe, ivyibutswa vyiwe n’amategeko yiwe. Asezerana kuzobigira n’umutima wiwe wose n’ubuzima bwiwe bwose, agakurikiza ivyanditswe muri ico gitabu c’isezerano. Nuko abantu bose bemera kwubahiriza iryo sezerano+.

  • 2 Ngoma 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Yehova agumana na Yehoshafati kuko yakurikira akarorero* ka sekuruza Dawidi+, ntakurikire za Bayali.

  • Matayo 22:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Amwishura ati: «“Utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika