ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mbega hari ihanga ryigeze gukaba imana zaryo, rikazikaba ibitari imana?

      Mugabo abantu banje bwite bafashe ubuninahazwa bwanje babukaba ibitagira akamaro+.

  • Hoseya 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Umutima wabo wuzuyemwo uburyarya*.

      Ubu rero bazokwagirwa n’icaha.

      Hariho uwuzosambura ibicaniro vyabo, amenagure inkingi zabo.

  • Matayo 12:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Uwutari ku ruhande rwanje aba andwanya, kandi uwutegeraniriza hamwe nanje arasanzaza+.

  • 1 Abakorinto 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ntimushobora kunywa ku gikombe ca Yehova* no ku gikombe c’amadayimoni. Ntimushobora gufungurira ku «meza ya Yehova*+» no ku meza y’amadayimoni.

  • 2 Abakorinto 6:14, 15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ntimwunge ubumwe n’abatemera*+. Nakare, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+? 15 Vyongeye, Kristu na Beliyali*+ bohuza gute? Canke uwemera asangiye iki n’uwutemera+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika