Gusubira mu vyagezwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Aho ni ho mwe n’imiryango yanyu muzobirira imbere ya Yehova+, muhimbarirwe ivyo mwakoze vyose+ kuko Yehova Imana yanyu azoba yabahezagiye. 2 Ngoma 7:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ku musi ugira 23 w’ukwezi kugira indwi, umwami asezera abantu. Baca barataha banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima kubera ivyiza vyose Yehova yakoreye Dawidi, Salomo n’ihanga ryiwe Isirayeli+. Nehemiya 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nuko abantu bose baja kurya no kunywa no kurungikira abandi ibifungurwa no kunezerwa rwose+, kuko bari batahuye amajambo basiguriwe+.
7 Aho ni ho mwe n’imiryango yanyu muzobirira imbere ya Yehova+, muhimbarirwe ivyo mwakoze vyose+ kuko Yehova Imana yanyu azoba yabahezagiye.
10 Ku musi ugira 23 w’ukwezi kugira indwi, umwami asezera abantu. Baca barataha banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima kubera ivyiza vyose Yehova yakoreye Dawidi, Salomo n’ihanga ryiwe Isirayeli+.
12 Nuko abantu bose baja kurya no kunywa no kurungikira abandi ibifungurwa no kunezerwa rwose+, kuko bari batahuye amajambo basiguriwe+.