ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ubuzima bwawe nibwarangira ugapfa*+, umuhungu wawe*, uruvyaro* rwawe bwite, nzomugira umwami mu kibanza cawe. Kandi ubwami bwiwe nzobukomeza+.

  • 2 Samweli 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Umuryango* wawe n’ubwami bwawe bizokwamaho ibihe vyose, n’intebe yawe y’ubwami yameho ibihe vyose+.’”»

  • 1 Abami 11:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Umuhungu wiwe nzomuha umuryango umwe, kugira ngo umusavyi wanje Dawidi aze yamane itara* imbere yanje i Yeruzalemu+, igisagara nitoreye ngo citirirwe izina ryanje.

  • Zaburi 132:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Yehova yararahiye Dawidi,

      kandi ntazogenda yivuguruje.

      Yavuze ati: «Nzoshira ku ntebe yawe y’ubwami

      uwo mu ruvyaro rwawe*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika