1 Ngoma 29:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Imbere yawe turi abanyamahanga n’inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bacu bose+, kuko ubuzima bwacu kw’isi bumeze nk’igitutu+. Nta cizigiro kiriho. Zaburi 102:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Imisi yanje imeze nk’igitutu kiriko kirazimangana*+,kandi ndiko nduma nk’ivyatsi+. Zaburi 144:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umuntu ameze nk’impemu zitumuka gusa+.Imisi yiwe imeze nk’igitutu kiriko kirazimangana+.
15 Imbere yawe turi abanyamahanga n’inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bacu bose+, kuko ubuzima bwacu kw’isi bumeze nk’igitutu+. Nta cizigiro kiriho.