ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zakariya 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Nuko anyereka umuherezi mukuru Yosuwa+ ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova. Shetani+ yari ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye.

  • Matayo 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Maze Yezu ayobowe n’impwemu nyeranda, aja mu bugaragwa kugira ageragezwe+ na Shetani*+.

  • Matayo 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Hanyuma Shetani*+ aramwegera, amubwira ati: «Nimba uri umwana w’Imana, bwira aya mabuye acike imikate.»

  • Luka 22:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Simoni, Simoni, ehe Shetani yabasavye mwese ngo abagosore nk’ingano+.

  • Yohani 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ico gihe bariko barihereza imfungurwa zo ku mugoroba, kandi Shetani* yari yamaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, iciyumviro co kumugurisha+.

  • Ivyahishuwe 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ca gisato kinini+ rero gikororerwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+. Akororerwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bakororanwa na we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika