Ivyahishuwe 12:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mbona ikindi kimenyetso mw’ijuru: igisato kinini c’ibara risa n’umuriro+, gifise imitwe indwi, amahembe cumi n’ingori indwi ku mitwe yaco. Ivyahishuwe 20:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aca afata ca gisato+, ya nzoka yo mu ntango+, ari yo Mubesheranyi*+ na Shetani+, arakiboha kugira kimare imyaka 1.000 kiboshwe.
3 Mbona ikindi kimenyetso mw’ijuru: igisato kinini c’ibara risa n’umuriro+, gifise imitwe indwi, amahembe cumi n’ingori indwi ku mitwe yaco.
2 Aca afata ca gisato+, ya nzoka yo mu ntango+, ari yo Mubesheranyi*+ na Shetani+, arakiboha kugira kimare imyaka 1.000 kiboshwe.