ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 52:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ariko jewe nzomera nk’igiti c’umwelayo gitotahaye mu nzu y’Imana.

      Nzokwizigira urukundo* rw’Imana+ gushika ibihe bidahera.

  • Yesaya 61:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 kwitwararika abagandariye Siyoni,

      kubaha igitambara bambara ku mutwe mu kibanza c’iminyota,

      amavuta y’umunezero mu kibanza c’ikigandaro,

      n’impuzu y’amashemezo mu kibanza c’umutima udendebukiwe.

      Bazokwitwa ibiti binini vy’ubugororotsi

      vyatewe na Yehova kugira ngo aninahazwe*+.

  • Yesaya 65:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ntibazokwubaka inzu ngo uwundi ayibemwo,

      canke ngo batere abandi babirye.

      Kuko imisi abantu banje bazomara izongana n’imisi y’igiti+,

      kandi abo natoye bazonezererwa cane igikorwa amaboko yabo akora.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika