Kuvayo 18:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ubu rero ndamenye ko Yehova aruta izindi mana zose+, kubera ivyo yakoreye abishima ku bantu biwe.» Yesaya 44:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ntimutinyekandi ntimutekerwe n’ubwoba+. Mbega umwe wese muri mwebwe sinabimubwiye imbere y’igihe, nkabimumenyesha? Muri ivyabona vyanje+. Hari iyindi Mana atari jewe? Oya, nta kindi Gitandara kiriho+. Nta co nzi.”»
11 Ubu rero ndamenye ko Yehova aruta izindi mana zose+, kubera ivyo yakoreye abishima ku bantu biwe.»
8 Ntimutinyekandi ntimutekerwe n’ubwoba+. Mbega umwe wese muri mwebwe sinabimubwiye imbere y’igihe, nkabimumenyesha? Muri ivyabona vyanje+. Hari iyindi Mana atari jewe? Oya, nta kindi Gitandara kiriho+. Nta co nzi.”»