Kuvayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ni imana iyihe imeze nkawe ga Yehova+? Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko uri mweranda bihebuje+? Wewe ukwiye gutinywa no gushemezwa, wewe ukora ibitangaza+. Zaburi 95:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko Yehova ari Imana ihambayeakaba n’Umwami ahambaye kuruta izindi mana zose+. Zaburi 97:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko wewe Yehova, uri Musumbavyose kw’isi yose.Uri hejuru cane y’izindi mana zose+.
11 Ni imana iyihe imeze nkawe ga Yehova+? Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko uri mweranda bihebuje+? Wewe ukwiye gutinywa no gushemezwa, wewe ukora ibitangaza+.