Imigani 4:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Dawe yaranyigisha, akambwira ati: «Ese amajambo yanje yoguma ku mutima wawe+! Nugamburuke amabwirizwa yanje maze ubandanye kubaho+. Imigani 6:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kuko ibwirizwa ari itara+,itegeko ni umuco+,kandi gukosorwa ni inzira ijana mu buzima+. Matayo 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Itara ry’umubiri ni ijisho+. Nimba rero ijisho ryawe ritumbereye ku kintu kimwe*, umubiri wawe wose uzokayangana*.
4 Dawe yaranyigisha, akambwira ati: «Ese amajambo yanje yoguma ku mutima wawe+! Nugamburuke amabwirizwa yanje maze ubandanye kubaho+.
22 Itara ry’umubiri ni ijisho+. Nimba rero ijisho ryawe ritumbereye ku kintu kimwe*, umubiri wawe wose uzokayangana*.