ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 33:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Aguma asenga Imana, na yo igira akagongwe kubera ugutabaza kwiwe. Yumva ugutakamba kwiwe, iraheza imusubiza i Yeruzalemu ku ntebe yiwe y’ubwami+. Maze Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+.

  • Zaburi 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Yehova azokwumva ugutakamba kwanje+.

      Yehova azokwemera isengesho ryanje.

  • Imigani 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Yehova ari kure y’ababisha+,

      ariko arumva isengesho ry’abagororotsi.

  • Abaheburayo 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Igihe Kristu yaba kw’isi*, yaratakambiye Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu yongera aramusaba, hariko n’amaborogo akomeye be n’amosozi+, kandi yarumviwe kubera ko yatinya Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika