Luka 22:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Mugabo yari afise amaganya menshi ku buryo abandanya gusenga cane+. Icuya ciwe gicika nk’amama y’amaraso atibagurikira hasi. Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ubu numva ata mahoro mfise+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Mugabo iki nyene ni co catumye nshika kuri iyi saha.
44 Mugabo yari afise amaganya menshi ku buryo abandanya gusenga cane+. Icuya ciwe gicika nk’amama y’amaraso atibagurikira hasi.
27 Ubu numva ata mahoro mfise+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Mugabo iki nyene ni co catumye nshika kuri iyi saha.