Yesaya 45:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kuko Yehova, Umuremyi w’ijuru+, we Mana y’ukuri,we yabumvye isi akayirema* akayikomeza+, ntayiremere ubusa*mugabo akayirema ngo ibeko abantu+,avuze ati: «Ndi Yehova, kandi nta wundi ariho. Matayo 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hahiriwe abitonda*+, kuko bazotorana isi+. Ivyahishuwe 21:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nca numva ijwi rirenga rivuye kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: «Ehe ihema ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana na bo, na bo bazoba abantu bayo. Imana ubwayo izobana na bo+.
18 Kuko Yehova, Umuremyi w’ijuru+, we Mana y’ukuri,we yabumvye isi akayirema* akayikomeza+, ntayiremere ubusa*mugabo akayirema ngo ibeko abantu+,avuze ati: «Ndi Yehova, kandi nta wundi ariho.
3 Nca numva ijwi rirenga rivuye kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: «Ehe ihema ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana na bo, na bo bazoba abantu bayo. Imana ubwayo izobana na bo+.