Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi+. Akingira ubuzima bw’intahemuka ziwe+,akabarokora mu kuboko* kw’ababisha+. Imigani 2:7, 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abikira abagororotsi ubukerebutsi nyabwo.Ni inkinzo ku baguma ari intungane+. 8 Arinda abagororotsi mu nzira zabo,agakingira intahemuka ziwe mu nzira yabo+.
10 Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi+. Akingira ubuzima bw’intahemuka ziwe+,akabarokora mu kuboko* kw’ababisha+.
7 Abikira abagororotsi ubukerebutsi nyabwo.Ni inkinzo ku baguma ari intungane+. 8 Arinda abagororotsi mu nzira zabo,agakingira intahemuka ziwe mu nzira yabo+.