ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nimukunde rero Yehova Imana yanyu+, mwumvirize ijwi ryiwe kandi mumwumireko+ kuko ari we buzima bwanyu. Ni we azotuma murambira mu gihugu Yehova yarahiye ko azoha ba sokuruza banyu Aburahamu, Izahaki na Yakobo+.»

  • Zaburi 37:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Kuko inkozi z’ikibi zizorandurwa+,

      ariko abizigira Yehova bazokwigabira isi+.

  • Imigani 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Kuko abagororotsi gusa ari bo bazokwibera kw’isi,

      kandi intungane* gusa ni zo zizoyisigarako+.

  • Matayo 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Hahiriwe abitonda*+, kuko bazotorana isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika