ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nimuhitemwo indero* yanje aho guhitamwo ifeza,

      muhitemwo ubumenyi aho guhitamwo inzahabu nzizanziza+.

  • Abaheburayo 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ni co gituma bikenewe ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko dusanzwe tubigira, ngo ntitwigere tuja kure y’ukwizera tutabiciye n’ikanda*+.

  • Abaheburayo 12:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Kandi mwaribagiye rwose impanuro ihambaye muhabwa nk’abana ngo: «Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova*, canke ngo utane n’akabando igihe agukosoye, 6 kuko Yehova* atoza indero uwo akunda, agahana* uwo wese yemera nk’umwana wiwe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika