Imigani 3:11, 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mwananje, ntiwanke gutozwa indero na Yehova+kandi nturakare igihe agukosoye+,12 kuko Yehova akosora uwo akunda+,nka kurya umuvyeyi akosora umwana amuhimbara+.
11 Mwananje, ntiwanke gutozwa indero na Yehova+kandi nturakare igihe agukosoye+,12 kuko Yehova akosora uwo akunda+,nka kurya umuvyeyi akosora umwana amuhimbara+.