Gusubira mu vyagezwe 12:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Muze mwitwararike gukurikiza amajambo yose ndabategetse+. Ntihaze hagire ico mwongerako, kandi ntihaze hagire ico mukurako+. Yosuwa 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Wewe gusa gira umutima rugabo kandi ukomere cane, ukurikize neza amategeko yose umusavyi wanje Musa yaguhaye. Ntuze uyarengeko ngo ukatire iburyo canke ibubamfu+. Bizotuma ukorana ubukerebutsi* aho uzoja hose+.
32 Muze mwitwararike gukurikiza amajambo yose ndabategetse+. Ntihaze hagire ico mwongerako, kandi ntihaze hagire ico mukurako+.
7 Wewe gusa gira umutima rugabo kandi ukomere cane, ukurikize neza amategeko yose umusavyi wanje Musa yaguhaye. Ntuze uyarengeko ngo ukatire iburyo canke ibubamfu+. Bizotuma ukorana ubukerebutsi* aho uzoja hose+.