Imigani 11:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abantu bafise umutima ugoramye barashisha Yehova+,ariko abantu b’intungane baramuhimbara+. Zakariya 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ntimutegure mu mitima yanyu umugambi wo kugiriranira nabi+, kandi ntimukunde indahiro z’ikinyoma+, kuko ivyo vyose ndavyanka+”, ni ko Yehova avuze.» Malaki 2:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kuko nanka* ukwahukana+», ni ko Yehova ya Mana ya Isirayeli avuze, «nkanka n’inkozi z’ikibi*», ni ko Yehova Nyeningabo avuze. «Mwirinde rero ku bijanye n’agatima mufise, kandi ntimuhemuke+.
17 Ntimutegure mu mitima yanyu umugambi wo kugiriranira nabi+, kandi ntimukunde indahiro z’ikinyoma+, kuko ivyo vyose ndavyanka+”, ni ko Yehova avuze.»
16 Kuko nanka* ukwahukana+», ni ko Yehova ya Mana ya Isirayeli avuze, «nkanka n’inkozi z’ikibi*», ni ko Yehova Nyeningabo avuze. «Mwirinde rero ku bijanye n’agatima mufise, kandi ntimuhemuke+.