ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 ubushobozi bwo kwiyumvira buzogukingira+,

      ugutahura na kwo kukuzigame,

  • Imigani 5:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Mwananje, nutege ugutwi amajambo yanje y’ubukerebutsi.

      Niwumvirize neza ivyo ndakwigisha ku bijanye n’ugutahura+,

       2 kugira uzigame ubushobozi bwawe bwo kwiyumvira

      kandi wame uvuga ibintu bihuye n’ukuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika