ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Nawe Salomo mwananje, nurondere kumenya Imana ya so kandi uyikorere n’umutima wawe wose*+ be n’umutima uhimbawe*, kuko Yehova asuzuma imitima yose+ akamenya imigambi* yose umuntu afise mu mutima n’ivyiyumviro vyiwe+. Niwamurondera uzomuronka*+ mugabo niwamuheba na we azoguheba ibihe vyose+.

  • Matayo 11:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Dawe yarampaye ibintu vyose+. Nta muntu n’umwe azi neza Umwana atari Dawe+, kandi nta muntu n’umwe azi neza Dawe atari Umwana be n’uwo wese Umwana ashatse kumuhishurira+.

  • Yohani 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Kugira abantu baronke ubuzima budahera+, bategerezwa kukumenya neza*, wewe Imana yonyene y’ukuri+, n’uwo watumye Yezu Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika