ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Dawe yarampaye ibintu vyose. Nta muntu n’umwe azi Umwana uwo ari we atari Dawe, kandi nta muntu n’umwe azi Dawe uwo ari we atari Umwana+ be n’uwo wese Umwana ashatse kumuhishurira+.»

  • Yohani 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 nk’uko nyene Data anzi nanje nkamumenya+. Ndigura intama zanje+.

  • 1 Yohani 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ariko turazi ko Umwana w’Imana yaje+, kandi yaraduhaye ubwenge* kugira dushobore kumenya imwe y’ukuri. Turunze ubumwe n’imwe y’ukuri+ biciye ku Mwana wayo Yezu Kristu. Iyo ni yo Mana y’ukuri n’ubuzima budahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika