Itanguriro 2:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi bazoba umubiri umwe+. Imigani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Isoko ryawe ry’amazi nirihezagirwe,kandi unezeranwe n’umugore wo mu busore bwawe+,
24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi bazoba umubiri umwe+.