Imigani 18:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hariho abagenzi baguma barondera kumarana+,ariko hariho umugenzi akwumirako kuruta uwo muvukana+. Yohani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nta wurusha urukundo umuntu yigura abagenzi biwe+.