1 Samweli 19:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Kubera ko Yonatani umuhungu wa Sawuli yakunda cane Dawidi+, amubwira ati: «Dawe Sawuli ashaka kukwicisha. Ndagusavye uzobe maso ejo mu gitondo. Uzorabe ahantu winyegeza, ugumeyo. 1 Samweli 19:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yonatani rero avugira Dawidi+ kuri se Sawuli, amubwira ati: «Mwami wanje, ntukorere ikibi* umusuku wawe Dawidi, kuko na we ata kibi yagukoreye. Ivyo yagukoreye vyarakugiriye akamaro. Imigani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+,kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’ivyago+.
2 Kubera ko Yonatani umuhungu wa Sawuli yakunda cane Dawidi+, amubwira ati: «Dawe Sawuli ashaka kukwicisha. Ndagusavye uzobe maso ejo mu gitondo. Uzorabe ahantu winyegeza, ugumeyo.
4 Yonatani rero avugira Dawidi+ kuri se Sawuli, amubwira ati: «Mwami wanje, ntukorere ikibi* umusuku wawe Dawidi, kuko na we ata kibi yagukoreye. Ivyo yagukoreye vyarakugiriye akamaro.
17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+,kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’ivyago+.