ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Natani aca abwira Dawidi ati: «Uwo mugabo ni wewe! Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ni jewe nakurobanuje amavuta* ngo ube umwami wa Isirayeli+, kandi narakurokoye ndagukiza Sawuli+.

  • 2 Samweli 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Kubera iki none wasuzuguye ijambo ryanje jewe Yehova ugakora ivyo nanka? Wishe Uriya Umuheti, umwicisha inkota y’Abamoni+, uraheza utwara umugore wiwe+.

  • Zaburi 141:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Hamwe umugororotsi yonkubita, bwoba ari ubuntu* angiriye+.

      Hamwe yonkosora, yoba ari nk’amavuta ansutse ku mutwe+,

      ayo umutwe wanje utokwigera wanka+.

      Naho yoshikirwa n’ivyago nzoguma ndamusengera.

  • Ivyahishuwe 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Abo nkunda bose ndabakosora kandi nkabatoza indero+. Nugire umwete rero kandi wigaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika