Zaburi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kubera ubwibone bwiwe, umubisha ntarondera kumenya Imana.Aguma yibwira ati: «Nta Mana iriho+.» Zaburi 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mu mutima wiwe yibwira ati: «Sinzokwigera nyiganyizwa*.Sinzogenda mbonye ivyagouko urunganwe* rugenda rurakurikirana+.»
6 Mu mutima wiwe yibwira ati: «Sinzokwigera nyiganyizwa*.Sinzogenda mbonye ivyagouko urunganwe* rugenda rurakurikirana+.»