-
Luka 12:18-20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Nuko avuga ati: “Reka ngire gutya+: ngira nsambure ibigega vyanje maze nubake ibindi bininibinini, abe ari ho nshira umwimbu wanje n’ibindi bintu vyanje vyose. 19 Nzoheza rero nibwire nti: ‘Ndafise ibintu vyinshi nabitse bizontunga imyaka n’iyindi. Reka rero niraramire, nirire, ninywere, niryohere.’” 20 Ariko Imana imubwira iti: “Wa kijuju we, iri joro nyene urara upfuye. None ibintu vyose wegeranije bizoba ivya nde+?”
-