ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 6:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Ni co gituma ndababwiye nti: Nimureke kwiganyira+ ku vyo muzorya, ivyo muzonywa canke ivyo muzokwambara+. Mbega ubuzima ntiburuta ivyo kurya, n’umubiri ukaruta ivyambarwa+?

  • Matayo 6:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Ntimwigere mwiganyira ku vy’ejo+, kuko umusi w’ejo uzoba ufise amaganya yawo. Umusi wose urifitiye ingorane zawo.

  • Luka 12:18-20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Nuko avuga ati: “Reka ngire gutya+: ngira nsambure ibigega vyanje maze nubake ibindi bininibinini, abe ari ho nshira umwimbu wanje n’ibindi bintu vyanje vyose. 19 Nzoheza rero nibwire nti: ‘Ndafise ibintu vyinshi nabitse bizontunga imyaka n’iyindi. Reka rero niraramire, nirire, ninywere, niryohere.’” 20 Ariko Imana imubwira iti: “Wa kijuju we, iri joro nyene urara upfuye. None ibintu vyose wegeranije bizoba ivya nde+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika