Yesaya 49:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mugabo Siyoni yagumye avuga ngo: «Yehova yarampevye+, Yehova yaranyibagiye+.» Ezekiyeli 37:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Araheza ambwira ati: «Mwana w’umuntu, aya magufa ni Abisirayeli bose+. Bavuga ngo: “Amagufa yacu yarumye n’icizigiro cacu caraheze+. Twarahonye.”
11 Araheza ambwira ati: «Mwana w’umuntu, aya magufa ni Abisirayeli bose+. Bavuga ngo: “Amagufa yacu yarumye n’icizigiro cacu caraheze+. Twarahonye.”