ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 112:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Amurikira abagororotsi nk’umuco wakira mu mwiza+.

      ח [Heti]

      Yuzuye impuhwe* n’imbabazi+ kandi ni umugororotsi.

  • Yesaya 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Abantu bahora bagendera mu mwiza

      babonye umuco mwinshi.

      Nayo ababa mu gihugu c’umwiza* w’umuzitanya,

      umuco wabakayanganiyeko+.

  • Luka 1:68
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 68 «Hashemezwe Yehova* Imana ya Isirayeli+, kuko yitayeho abantu biwe akabarokora+.

  • Luka 1:79
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 79 kugira zimurikire abicaye mu mwiza no mu gitutu c’urupfu+ no kugira ziyobore ibirenge vyacu mu nzira y’amahoro.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika