Ezira 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ico gihe ni ho Zerubabeli+ mwene Shalutiyeli na Yeshuwa+ mwene Yehozadaki batangura gusubira kwubaka inzu y’Imana+ yari i Yeruzalemu, kandi abahanuzi b’Imana bari kumwe na bo babashigikiye+. Yesaya 51:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe,ngupfukishe igitutu c’ukuboko kwanje+,kugira ngo nshinge ijuru, nshinge n’umushinge w’isi+,mbwire Siyoni nti: “Uri ihanga ryanje+.” Yesaya 66:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 «Kuko uruvyaro* rwanyu n’izina ryanyu bizogumaho nk’uko ijuru rishasha n’isi nshasha+ ngira ndeme* bizogumaho imbere yanje», ni ko Yehova avuze+. 2 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo nk’uko yabisezeranye, turindiriye ijuru rishasha n’isi nshasha+, kandi aho ni ho hazoba ubugororotsi+.
2 Ico gihe ni ho Zerubabeli+ mwene Shalutiyeli na Yeshuwa+ mwene Yehozadaki batangura gusubira kwubaka inzu y’Imana+ yari i Yeruzalemu, kandi abahanuzi b’Imana bari kumwe na bo babashigikiye+.
16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe,ngupfukishe igitutu c’ukuboko kwanje+,kugira ngo nshinge ijuru, nshinge n’umushinge w’isi+,mbwire Siyoni nti: “Uri ihanga ryanje+.”
22 «Kuko uruvyaro* rwanyu n’izina ryanyu bizogumaho nk’uko ijuru rishasha n’isi nshasha+ ngira ndeme* bizogumaho imbere yanje», ni ko Yehova avuze+.
13 Mugabo nk’uko yabisezeranye, turindiriye ijuru rishasha n’isi nshasha+, kandi aho ni ho hazoba ubugororotsi+.