ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 126:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ico gihe twarishwe n’agatwengo,

      turavuza akaruru k’umunezero+.

      Ico gihe abantu bo mu mahanga babwiranye bati:

      «Yehova abakoreye ibintu bikomeye+.»

  • Yesaya 49:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Niwihe akamo k’umunezero wa juru we, nawe wa si we nunezerwe+.

      Imisozi nivuze impundu inezerwe+,

      kuko Yehova yahojeje abantu biwe+,

      kandi agirira imbabazi abagorwa biwe+.

  • Yeremiya 51:48
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 48 Ijuru n’isi n’ibirimwo vyose

      bizovuza akaruru k’umunezero vyigamba kuri Babiloni+,

      kuko abazomutikiza bazoza bavuye mu buraruko+», ni ko Yehova avuze.

  • Ivyahishuwe 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nuhimbarwe wa juru we+ kubera ivyamushikiye, na mwebwe aberanda+, intumwa n’abahanuzi nimuhimbarwe, kuko Imana yamuciriye urubanza kubera mwebwe+!»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika