ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 5:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Ubu rero muze mwitwararike gukurikiza neza ivyo Yehova Imana yanyu yabategetse+. Ntimuze mukatire iburyo canke ibubamfu+.

  • Yosuwa 1:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Wewe gusa gira umutima rugabo kandi ukomere cane, ukurikize neza amategeko yose umusavyi wanje Musa yaguhaye. Ntuze uyarengeko ngo ukatire iburyo canke ibubamfu+. Bizotuma ukorana ubukerebutsi* aho uzoja hose+. 8 Ibiri muri iki gitabu c’amategeko uze uvyamize mu kanwa kawe+. Uze ugisome n’ijwi ritoyi* umurango n’ijoro, kugira ngo ukurikize neza ivyanditswe muri co vyose+. Ni ho uzororanirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+.

  • Imigani 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Ntukatire iburyo canke ibubamfu+.

      Nuce kure ikibi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika