2 Abami 24:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ku ntwaro ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aza gutera igihugu ciwe, maze Yehoyakimu amara imyaka itatu aganzwa na we. Ariko aramuhinduka, aramugarariza. 2 Ngoma 36:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Neko umwami wa Misiri araheza yimika Eliyakimu mwenewabo na Yehowahazi ngo aganze Ubuyuda na Yeruzalemu, maze ahindura izina ryiwe amwita Yehoyakimu. Mugabo Neko+ aca afata mwenewabo Yehowahazi amujana mu Misiri+.
24 Ku ntwaro ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aza gutera igihugu ciwe, maze Yehoyakimu amara imyaka itatu aganzwa na we. Ariko aramuhinduka, aramugarariza.
4 Neko umwami wa Misiri araheza yimika Eliyakimu mwenewabo na Yehowahazi ngo aganze Ubuyuda na Yeruzalemu, maze ahindura izina ryiwe amwita Yehoyakimu. Mugabo Neko+ aca afata mwenewabo Yehowahazi amujana mu Misiri+.