Yesaya 55:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nimurondere Yehova umwanya agishobora kuboneka+. Nimumuhamagare umwanya akiri hafi+.