ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Raba uyu musi nshize imbere yanyu ubuzima n’urupfu, iciza n’ikibi+.

  • Imigani 8:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Ariko uwunyirengagiza aba yigiriye nabi,

      kandi abanyanka baba bakunda urupfu+.»

  • Ivyakozwe 13:46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Maze Pawulo na Barunaba bababwira badatinya bati: «Vyari bikenewe ko ari mwebwe mubanza kubwirwa ijambo ry’Imana+. Ko muryanse rero ntimubone ko mubereye ubuzima budahera, tugiye kuribwira amahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika