ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ndiko nditegereza, mbona amapine ane iruhande ya ba bakerubi. Iruhande y’umukerubi wese hari ipine, kandi ayo mapine wamengo arakayangana nk’ibuye rya kirizolito+.

  • Ezekiyeli 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Abo bakerubi, ari bo vya binyabuzima* nari nabonye ku ruzi Kebari+, baraduga.

  • Ivyahishuwe 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Imbere yayo hariho kandi ikintu kimeze nk’ikiyaga c’ikiyo+, gica ibibatsi nk’ibuye ryitwa kirisitalo.

      Hagati y’iyo ntebe no hirya no hino yayo hari ibinyabuzima bine+ vyuzuyeko amaso imbere n’inyuma.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika