Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+,umunyakibi ahebe ivyiyumviro vyiwe.Nagaruke kuri Yehova, azomugirira imbabazi+,agaruke ku Mana yacu, kuko izomubabarira cane*+. Yeremiya 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 «Yemwe bana b’ibihemu, nimugaruke. Nzokiza ubuhemu bwanyu+.» «Turarengutse! Tuje iwawe Yehova,kuko uri Imana yacu+. Yeremiya 25:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Bababwira bati: “Enda nimuhindukire, umwe wese ahebe ingeso ziwe mbi n’ibikorwa vyiwe bibi+. Muzoheza mubandanye kuba mu gihugu jewe Yehova nabahaye mwe na ba sogokuruza kuva kera, mukibemwo igihe kirekire. Ivyakozwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nimwigaye+ rero kandi muhindukire+ kugira ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, maze ibiringo vy’ukuruhurirwa bibone kuza bivuye kuri Yehova ubwiwe*,
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+,umunyakibi ahebe ivyiyumviro vyiwe.Nagaruke kuri Yehova, azomugirira imbabazi+,agaruke ku Mana yacu, kuko izomubabarira cane*+.
22 «Yemwe bana b’ibihemu, nimugaruke. Nzokiza ubuhemu bwanyu+.» «Turarengutse! Tuje iwawe Yehova,kuko uri Imana yacu+.
5 Bababwira bati: “Enda nimuhindukire, umwe wese ahebe ingeso ziwe mbi n’ibikorwa vyiwe bibi+. Muzoheza mubandanye kuba mu gihugu jewe Yehova nabahaye mwe na ba sogokuruza kuva kera, mukibemwo igihe kirekire.
19 Nimwigaye+ rero kandi muhindukire+ kugira ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, maze ibiringo vy’ukuruhurirwa bibone kuza bivuye kuri Yehova ubwiwe*,