Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kuri uwo musi Yehova agirana isezerano na Aburamu+, avuga ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini ari rwo Efurate+. Ivyakozwe 3:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mwebwe muri abana b’abahanuzi n’ab’isezerano Imana yagiranye na ba sogokuruza banyu+, igihe yabwira Aburahamu iti: “Kandi imiryango yose yo kw’isi izohezagirwa biciye ku ruvyaro* rwawe+.”
18 Kuri uwo musi Yehova agirana isezerano na Aburamu+, avuga ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini ari rwo Efurate+.
25 Mwebwe muri abana b’abahanuzi n’ab’isezerano Imana yagiranye na ba sogokuruza banyu+, igihe yabwira Aburahamu iti: “Kandi imiryango yose yo kw’isi izohezagirwa biciye ku ruvyaro* rwawe+.”