ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 26:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nimugende bantu banje mwinjire mu vyumba vyanyu,

      mwugare imiryango+.

      Nimwinyegeze akanya gatoyi,

      gushika uburake burenganye*+.

  • Yoweli 2:31, 32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Imbere y’uko wa musi wa Yehova uhambaye kandi uteye ubwoba uza+,

      izuba rizohinduka umwiza, ukwezi na kwo guhinduke amaraso+.

      32 Umuntu wese yambaza izina rya Yehova azokizwa+.

      Nk’uko Yehova yabivuze, ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu hazogira abazorokoka+,

      abo Yehova azoba yahamagaye.»

  • Matayo 24:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 kuko hazoba amakuba akomeye+ atigeze kubaho kuva isi itanguye kubaho gushika n’ubu, kandi ntazosubira kubaho+. 22 Emwe iyaba iyo misi itogabanijwe, nta muntu* n’umwe yorokotse. Ariko iyo misi izogabanywa ku bw’abatowe+.

  • Ivyahishuwe 7:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Umwe muri ba bakurambere aca ambaza ati: «Aba bantu bambaye amakanzu yera+, ni bande kandi bavuye hehe?» 14 Ubwo nyene nca ndamwishura nti: «Mukama wanje, ni wewe ubizi.» Aca ambwira ati: «Ni abarenganye ya makuba akomeye+, kandi baramesuye amakanzu yabo bayeza mu maraso ya wa Mwagazi w’intama+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika