Zaburi 27:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko azonyegeza mu bwugamo bwiwe ku musi w’ivyago+.Azompisha mw’ihema ryiwe, ahantu hinyegeje+.Azonshira hejuru ku gitandara+. Zaburi 91:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Azogupfuka* akoresheje amubi yiwe,kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+. Ukudahemuka kwiwe+ kuzokubera inkinzo yagutse+ n’igihome kigukingira.
5 Kuko azonyegeza mu bwugamo bwiwe ku musi w’ivyago+.Azompisha mw’ihema ryiwe, ahantu hinyegeje+.Azonshira hejuru ku gitandara+.
4 Azogupfuka* akoresheje amubi yiwe,kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+. Ukudahemuka kwiwe+ kuzokubera inkinzo yagutse+ n’igihome kigukingira.